'Acte de notoriété' - guhanagura amasezerano yo kugurisha no kugura mu mpisho inzu y'umuryango -gusambuza urubanza (ingingo ya 37 y'itegeko n°1/07 ryo ku wa 27.02.2005 rigenga Sentare Ntahinyuzwa) -.ikirego kijanye n'indishi - kutihweza imburano z'umuburanyi.