Brève description
Gusaba (kugura) inzira mw'itongo ry'uwundi (ingingo ya 125 CF) - gushika kw'itongo ritatiwe (ingingo ya 110 CPC) - iyunguruzwa ry'urubanza rw'amatati (ingingo ya 190 & 197 CPC) rishemeye - ububasha bwo kuronka inzira mw'itongo ry'uwundi (ingingo ya 102 agace ka 2 CF).
Merci pour votre feedback!
