Gutanga uruhusha ku munwa rwo gusohora ikawa iri kuri 'station de lavage' - gutegera ikawa -mu nzira ukayinyuruza - indagano zo kwunguruza zubahirijwe (ingingo ya 148 CPP) - iyunguruzwa ry'urubanza rw'ivyaha (ingingo ya 147 CPP) -kwiba ikawa iri kuri 'station de lavage'.