Brève description
Abagirizwa icaha bemera ko bagikoze - gufasha mu gukora icaha (ingingo 68 CPL II) - gutegura gukora icaha (ingingo ya 67 CPL II) - iyunguruzwa ry'urubanza (ingingoya 147 CPP) rishemeye - kuba mu ndagano zitegekanijwe (ingingo ya 148 CPP) - kubagira inka zibwe mu vyatsi - kuragira inka zibwe mu kurindira ko zibagwa (ingingo ya 68, 6° & 218 CPL II) - kwagirizanya kw'abakoze icaha - kwiba inka bafatanije ari benshi (ingingo ya 186, 2°, 9° CPL II).
Merci pour votre feedback!
