Brève description
Intizo y'itongo ntikura - ingingo ya 630 CCL III - ingingo ya 1 y'itegeko-bwirizwa n°1/51 ryo kuwa 23/7/1980 ryerekeye Sentare Gasamburamanza - ingingo ya gatanu y'itegeko-bwirizwa n° 1/51 twamaze kuvuga aho hejuru - kuba mw'itongo imyaka myinshi - ingingo za 647 & 648 CCL III - ingingo ya 154 CPC - kwomorwa mw'itongo.
Merci pour votre feedback!
