Brève description
Gusaba kugabura ikivi na mwenewabo yahawe kugabura na basazawe - imburano z'ido n'ido (ingingo ya 39 y'itegeko n°1/07 ryo ku wa 25.02.2005 rigenga Sentare Ntahinyuzwa ) -isambuzwa ry'urubanza (ingingo ya 37 y'itegeko n° 1/07twavuze aho hejuru) - indagano ziharuwe nabi.
Merci pour votre feedback!
