mémoire du droit burundais

Mieux vous connaître

Vous cherchez d’autres documents, allez dans la bibliothèque pour une recherche experte

RCC 10719

  • Année
    1970
  • Numero de l’arrêt
    RCC 10719
  • Date du prononcé
    01/01/1970
  • Langue
    Kirundi
Brève description
Gusambuza urubanza - amasezerano yo kuguranana amahera - kutubahiriza amasezerano - gukurako inyungu kuwemeye kuyitanga - urubanza rutagita imvo - Sentare ntishobora gusubiriza amasezerano abantu biyumvikaniye itavuze igituma - amasezerano abaye hagati amera nk'itegeko kandi ategerezwa gukurikizwa ata buryarya (art 33 C.C.L II) - ibituma bikomeye birekurira uwemeye kugira ico akoze mu masezerano (le débiteur) kutayakurikiza (art 46 C.C.L III) - imburano zishemeye - ingingo yandikwa mu gitabo c'imanza za Sentare yaciye urubanza rwungurujwe iruhande y'urubanza rusambuwe.
Téléchargé : fois