Amasura atahinyuzanije (ingingo ya 100 y'igitabo c'amategeko agenga iburanishwa ry'imanza z'amatati) - gusambuza urubanza (ingingo ya 37 y'itegeko n°1/07 ryo kuwa 25/02/2005 rigenga Sentare Ntahinyuzwa) - Igihe co gutorana - Umwana asizwe ari inda afatwa nk'uwuriho mugihe avutse ariho kandi akomeye (l'enfant simplement conçu est considéré comme né chaque fois qu'il y va de son intérêt) - urubanza rusambuwe