Brève description
Gusinzikazwa n'ingwara mu gihe co kwunguruza ? ikurikizwa ry'urubanza ? indagano zo gusambuza zarenze (ingingo ya 87 Y'itegeko N°1/07) ? isambuzwa ry'urubanza (ingingo ya 37 y'itegeko n°1/07 rigenga Sentare Ntahinyuzwa) rishemeye ?umusirikare ataronkejwe akaruhuko kubera ubwinshi bw'intambara ? urubanza rusubijwe itoto -urubanza rwungurujwe harenze imyaka mirongo itatu ? urwandiko rumenyesha urubanza rufise amahinyu
Merci pour votre feedback!
