Brève description
Gutumako dossier y'umuburanyi - indagano zo gusambuza zitubahirijwe (ingingo ya 5 DL1/51 yo kuwa 23.07.1980 twamaze kuvuga aho hejuru) - isambuzwa ry'urubanza (ingingo ya 1 DL 1/51 yo kuwa 23.07.1980 ryerekeye Sentare Ntahinyuzwa ishashemwo Gasamburamanza : niryo ryarihc Igihe c'isambuza) - ridashemeye - kumenya igihe umuburanyi yamenyesherejwe urubanza (ingingo ya 49 CPC).
Merci pour votre feedback!
