Brève description
Amagarama abangiriwe - art. 190 du DL n°1/037 du 07.07.1993 portant révision du code du travail du Burundi - kwirukanwa mu kazi - gutaramura umucamanza - ikosa rihambaye ku mukozi bigoye ko umukoresha aryihanganira (faute lourde) - indagano itegekanijwe kwunguruzamwo imanza z'akazi (iminsi cumi) - indishi y'akababaro - kumanika inzu - kurya ibiturire - kwiba.
Merci pour votre feedback!
