Brève description
Kwunguruzwa urubanza - icaha c'ubusuma kirimwo inyongerereza kibi (art 186,1°, 2° , 3°, 5° , 7° C.P.L. II°) - imanza z'ivyaha bikomeye - kuba mundagano zitegekanijwe n'amategeko - gucirwa igihano kirengeye ico basabiwe n'umushikirizamanza - ubwambere bakora icaha - kwemera icaha batagoranye - gusaba ikigongwe (imbabazi) - kutibira ingeso - kwiba kubera inzara - gusubiza ivyibwe - kwemera gutanga indishi - guhanana impuwe - guca inkoni ngufi - kwigaya ku caha wakoze - kugabura akazi mu gukora icaha - kwinjira mu mazu kwiba - kurereka kugira wamire aboza gutabara - kwagirwa n'icaha kurugero rumwe - iyunguruzwa ry'urubanza rishemeye - igihano c'umunyororo w'impaga w'imyaka cumi.
Merci pour votre feedback!
