Brève description
Gufasha gukora icaha (ingingo ya 68 CPL II) - kudashobora kwigana urupfunguruzo - kugira umurimo nyamukuru uwubayabaye - kugura ivyibwe (ingingo ya 218 CPL II) - kunyuruza ibintu ujejwe kuraba (ingingo ya 295 CPL II) - kutanga icegeranyo kitajanye n'ibiri mu bubiko.
Merci pour votre feedback!
