Brève description
lndishi ibangiriye - iyunguruzwa ryabaye mu ndagano zitegekanijwe (ingingo ya 148 CPP) - kurya, kunywa no kuryama mu mahoteri ukagenda utarishe (ingingo ya 220 CPL II) - kutaronka ivyabona - kwemera ivyabaye ugahakana ko ari icaha - kwemera kuriha - kwiba amakinga ubanje kuyakotesha.
Merci pour votre feedback!
