Brève description
Gusaba ibipimo vya muganga (ingingo ya 199 CPP) - icabona cagiriza bimwe bikomeye - icaha co gusambanYa umwana (ingingo ya 382 & 385 a12 CPL II) -indishi itaburanywe muri Sentare ya mbere - iyunguzwa ry'urubanza (ingingo ya 147 CPP) ridashemeye - kuba mu ndagano zitegekanijwe (ingingo ya 148 CPP) - kugurira umwana ikaramu - kuryamika umwana (9 ans) kugitanda abandi basohotse - kwambika ibara umuntu.
Merci pour votre feedback!
