Brève description
Kwunguruza urubanza - icaha co kurwana - gutera intambara- gukoranira - gutsindaho - kuniga - kuvuna umugongo - kurya amenyo kur'urutoke - gusinzikaza ubuzima bw'umuntu - kudatabaza - gusaba indishi y'akababaro - kwihora - kurwana - icabona cavugiye imbere y'inyamiramabi - guhinyuzanya imbonankubone - icegeranyo gitangwa na muganga - kuvuga ko nawe yakomerekejwe mugabo atavyemezo nk'icegeranyo ca muganga gitanzwe - kwakira iyunguruzwa ry'urubanza mugabo ugasanga ata karusho - urubanza rw'indishi rurakomejwe.
Merci pour votre feedback!
