Brève description
Gukubita maze hagakornereka uwutariwe - igihano co gufungwa amezi atatu - iyunguruzwa ry'urubanza (ingingo ya 184 n'185 agace ka mbere k'igitabo c'amategeko agenga iburanishwa ry'imanza z'amatati) rishemeye - kamere k'icaha gahinduwe n'urnucamanza aho kuba ingingo ya 147 ikaba ingingo ya 146 y'igitabo ca 2 c'amategeko mpanavyaha.
Merci pour votre feedback!
