Brève description
Guhakana urwandiko - icaha c'ubuhemu (ingingo ya 215 CPL II) - ivyabona bitumvirijwe - iyunguruzwa ry'urubanza (ingingo ya 147 CPP) ridashemeye - kuba mu ndagano zitegekanijwe (ingingo ya 148 CPP) - kubesha umuntu ko ushobora kumufunguza - kugurana canke gutanga amafranga - kwihweza umukono.
Merci pour votre feedback!
