Brève description
Gusahurwa ibidaji n'ibindi mu ntambara - kwishuza nyene kugira urubanza - isambuzwa ry'urubanza (ingingo ya 37 y'itegeko n° 1/07 ryo ku wan 25.02.2005 rigenga Sentare Ntahinyuzwa) ridashemeye - uwatumwe kugura inzoga z'urubanza atazirishe kandi yahawe amahera
Merci pour votre feedback!
