Brève description
Gutanga uburenganzira bwo kuburanirwa - gutatira itongo (kw'abayukana) ryaburanywe kera - ingingo ya 5 y'itegeko-bwirizwa n°1/51 - ingingo ya 1 n'iya 33 yitegeko-bwit'izwa n° 1/51 ryo ku wa 23/7/1980 ryerekeye Gasamburamanza - kugorora inka kugirango uronke itongo - kuraba ko urubanza rudasubizwa itoto.
Merci pour votre feedback!
