Brève description
Isambuzwa ry'urubanza (ingingo ya 1 DL 1/51 ryo ku wa 23.07.1980 ryerekeye 'Sentare Ntahinyuzwa ishashemwo Gasamburamanza : niryo ryariho igihe c'isambuzwa) rishemeye - itohoza ricikiye hagati - kugabana itongo - kugurisha ivyiwe canke ivyo ubusuma (ingingo ya 263 & 276 CCL 111) - kwumvirizwa bwa cabona aho kwinjira murubanza - Sentare irenze akarimbi mu gushinga ingingo - umuburanyi atawe umwanya ukwiye wo kuburana.
Merci pour votre feedback!
