Brève description
Gusambuza urubanza - kutarenguka mu ntahe z'icese - urubanza rufuswe - ingingo yerekana ko urubanza rudaciwe - kudasamburwa kw'urubanza rutaracibwa - urubanza rufutwa iyo uwitwaye yabisavye - ingingo idahwanye n'amategeko - gusaba (kuwitwariwe) ko Sentare yofata ingingo - uburenganzira bwo gusaba ko urubanza rucibwa - kudasubira guharurirwa ikiringo co kunguruza mu gihe yari yarwunguruje mu kiringo categekanijwe n'amategeko.
Merci pour votre feedback!
