Brève description
Amasura atandikiwe ivyo yasuye ndetse n'amazina yayo atanditswe - isambuzwa ry'urubanza (ingingo ya 1 y'itegeko bwirizwa n°1/51 ryo ku wa 23.07.1980 niryo ryariho igihe c'isambuzwa) rishemeye - isura ivuga mumwanya umwe ikintu hamwe n'igihushane itongo risangiwe canke ridasangiwe - kuba mu ndagano zitegekanijwe n'amategeko (ingingo ya 5 y'itegeko bwirizwa n°1/51 twamaze kuvuga aho hejuru) - kutumviriza amasura hamwe no kudashika kw'itongo ritatiwe.
Merci pour votre feedback!
