Gusambuza urubanza (ingingo ya 37 y'itegeko n°1/07 ryo kuwa 25/02/2005 rigenga Sentare Ntahinyuzwa) - gutohoza urubanza (ingingo ya 97,100 C.P.C.) - indagano zo gusambuza urubanza zubahirijwe (ingingo ya 5 y'itegeko n°1/07 ryo kuwa 25/02/2005) - ingingo ya 117 gushika kuri 120 za C.F.C. zitubahirijwe (administration des preuves).