Brève description
Gucura - gukubita ukagomba kwica - gusohora umwana - guta urugo gutanga umwuhagiro - icegeranyo kivuye mu muryango - ingingo za 367, 362, 369 z'igitabu c'amategeko mpana vyaha - kurongora uwundi ata rubanza ruriho rukwahukanisha n'uwambere - kwabirana n'uwundi - kwahukana ku makosa y'uwo mwubakanye - kwunguruza urubanza - umukando - urubanza rw'amatati - urubanza rw'ivyaha.
Merci pour votre feedback!
