Brève description
Gukora ibintu ubizi ko binyuranye n'amategeko (art. 276, 284na 302) - gusambura amasezerano y'ubuguzi - impapuro z'ubuguzi z'amagendo - kugura itongo riri mu matati (art. 276 C.C.L.III) - kwunguruza urubanza (ingingo ya 37 y'itegeko n°1/07 ryo kuwa 25/2/2005 rigenga Sentare Gasamburamanza) - ubuguzi burimwo amahinyu.
Merci pour votre feedback!
