Brève description
Gukurikiza amasezerano kubayateyeko igikumu atagahato (ingingo ya 33 CCL III) - gusezerana kugura no kugurisha inzu (ingingo ya 263 CCL III) - iyunguruzwa ry'urubanza rigizwe mu ndagano zitegekanijwe (ingingo ya 197 na 185 CPC) ariko ridashemeye - kugira amasezerano asambura ayambere - kuriha amafranga - kwakira amafranga ariko ntutange icagurishijwe (ingingo ya 281 CCL III).
Merci pour votre feedback!
