Brève description
Amagarama arabangira - gufuta ikurikizwa ry'urubanza (ingingo ye 218 ya C.P.C) - Gusohora umuntu mu nzu - ingingo ikurikizwa naho urubanza rwokunguruzwa (ingingo ya 233 ya C.P.C. - kurindira ingingo y'urubanza rwungurujwe (ingingo ya 211 ya C.P.C. - kwunguruza urubanza (ingingo ya 185 ya C.P.C.) - urubanza rw'intangamarara - urubanza rwungurujwe rufatiye ku kuguma mu nzu canke gusohoka.
Merci pour votre feedback!
