Guca imanza impaga kuwunguruje ? gufatigwa ikintu ku nguvu za leta ? gusaba umurengera ? imburano zanditse? impanuro z'umukuru wa sentare ? indishi y'amafaranga make ? indishi y'akababaro ? inyungu yo ku mwaka -iyunguruzwa rishemeye mu mpande zimwe zimwe - kuriha ideni ? kutitaba na rimwe mu ntahe y'icese -kwunguruza urubanza.