Brève description
Gukorera commission ? gusaba inka n'iziyikomokako zose gutumako nyene kugurisha - indagano zo kwunguruza urubanza zubahirijwe (ingino ya 197 CPC) ?kugura inka yibwe ? kwungururiza mu mbavu (ingingo ya 191 ya CPC) ? kwunguruza urubanza (ingingo ya 184 na 185 CPC) ? urubanza rw'intangamarara (ingingo ya 145 CPC).
Merci pour votre feedback!
