Brève description
ingingo ya 3 agace ka kabiri y'itegeko - bwirizwa n° 1/09 ryo ku wa 20/7/1987 ryerekeye iburanishwa ry'imanza imbere y'amasentare aca imanza Leta ifisemwo uruhara - kujuragirika mu kwitwarira uwutariwe - kumenya ingingo yaramaze gukurikizwa Kunguruza urubanza - kwemeregwa kuburana ido n'ido - kwitwarira ingingo yafashwe na Bulamatari.
Merci pour votre feedback!
