Brève description
Gusambuza urubanza – gushigikira imvo z’umwe mu baburanyi – gutunga abana mugihe abavyeyi boba bagomba kuvana – ingingo ya 172 C.P.F. itubahirijwe – kwerekana igituma urubanza rwa sentare y’intango rwahindutse – kwubahiriza akazi k’umwe wese – sentare yiga ivyo yasabwe gusa – umugore ntashobora gusohora umugabo mu nzu – urubanza rudasambuwe– urubanza rw’intangamarara.
Merci pour votre feedback!
