Brève description
Gusambuza urubanza - ingingo ya 37 y'itegeko n°1/07 ryo ku wa 25.02.2005 rigenga Sentare Ntahinyuzwa) - kudakomorera umuntu umwimbu w'itongo - kugura itongo n'umubembe - kunyagwa (gukomorerwa) itongo na komine - kutiteamura k'umucamanza.
Merci pour votre feedback!
